ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Amajambo ya Nehemiya+ mwene Hakaliya: Mu kwezi kwa Kisilevu+, mu mwaka ugira mirongo ibiri+, nari mu kirimba Shushani+.

  • Esiteri 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 muri iyo misi, mu gihe Umwami Ahasuwerusi yari yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami+, iyari ku kirimba+ Shushani+,

  • Daniyeli 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika