Nehemiya 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bambwira bati: “Abasigaye, amasigarira y’abari barajanywe mu bunyagano, hariya mu ntara y’ubutware+, bamerewe nabi cane+ kandi bari mu ceyi+; uruhome+ rwa Yeruzalemu rwarasenyutse, amarembo yaho+ na yo yaraturijwe umuriro.”
3 Nuko bambwira bati: “Abasigaye, amasigarira y’abari barajanywe mu bunyagano, hariya mu ntara y’ubutware+, bamerewe nabi cane+ kandi bari mu ceyi+; uruhome+ rwa Yeruzalemu rwarasenyutse, amarembo yaho+ na yo yaraturijwe umuriro.”