Ezira 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ikintu cose gitegetswe+ n’Imana y’amajuru kize gikoranwe umwete+ ku bw’inzu y’Imana y’amajuru+, kugira ngo akarere umwami atwara n’abahungu biwe ntibirakirwe+. Yeremiya 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, murondere amahoro y’igisagara mujamwo muri inyagano, mugisabire kuri Yehova, kuko nicaba mu mahoro namwe muzogira amahoro+. 1 Timoteyo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ku vyerekeye abami+ n’abo bose bari mu kibanza co hejuru+; kugira ngo tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi buri mu mahoro, turi n’ukwihebera Imana gukwiye kandi tudafyina+.
23 Ikintu cose gitegetswe+ n’Imana y’amajuru kize gikoranwe umwete+ ku bw’inzu y’Imana y’amajuru+, kugira ngo akarere umwami atwara n’abahungu biwe ntibirakirwe+.
7 Vyongeye, murondere amahoro y’igisagara mujamwo muri inyagano, mugisabire kuri Yehova, kuko nicaba mu mahoro namwe muzogira amahoro+.
2 ku vyerekeye abami+ n’abo bose bari mu kibanza co hejuru+; kugira ngo tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi buri mu mahoro, turi n’ukwihebera Imana gukwiye kandi tudafyina+.