Esiteri 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi ba somambike biwe bari Karishena na Shetari na Adumata na Tarushishi na Meresi na Marisena be na Memukani, abaganwa indwi+ b’Ubuperesi n’Ubumedi b’abishikira ku mwami+, kandi bakaba bicara imbere mu bwami) ati:
14 kandi ba somambike biwe bari Karishena na Shetari na Adumata na Tarushishi na Meresi na Marisena be na Memukani, abaganwa indwi+ b’Ubuperesi n’Ubumedi b’abishikira ku mwami+, kandi bakaba bicara imbere mu bwami) ati: