ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?”

  • Ezira 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Hanyuma bene Isirayeli bari baragarutse bavuye mu Bunyagano bararya+, n’umuntu wese yari yaritandukanije n’ubuhumane+ bw’amahanga y’ico gihugu akabiyungako, kugira arondere Yehova Imana ya Isirayeli+.

  • Nehemiya 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko uruvyaro rwa Isirayeli rwitandukanya+ n’abanyamahanga+ bose, rurahaguruka maze rwatura+ ibicumuro vyarwo+ n’amakosa ya ba se+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika