Yosuwa 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atuma no ku Banyakanani+ mu buseruko no mu burengero, no ku Bamori+ no ku Baheti+ no ku Baperizi+ no ku Bayebusi+ mu karere k’imisozi, no ku Bahiwi+ ku mucamo wa Herumoni+ mu gihugu ca Mizipa+. Yosuwa 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yosuwa aca ababwira ati: “Nimba uri igisata c’abantu benshi, duga mu kibira, ucitemere, hariya mu gihugu c’Abaperizi+ n’Abarefayimu+, kuko akarere k’imisozi+ ka Efurayimu kakwagiye cane.”
3 atuma no ku Banyakanani+ mu buseruko no mu burengero, no ku Bamori+ no ku Baheti+ no ku Baperizi+ no ku Bayebusi+ mu karere k’imisozi, no ku Bahiwi+ ku mucamo wa Herumoni+ mu gihugu ca Mizipa+.
15 Yosuwa aca ababwira ati: “Nimba uri igisata c’abantu benshi, duga mu kibira, ucitemere, hariya mu gihugu c’Abaperizi+ n’Abarefayimu+, kuko akarere k’imisozi+ ka Efurayimu kakwagiye cane.”