Itanguriro 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Umuto na we nyene yibaruka umuhungu, amwita Beni-ami. Ni we se wa bene Amoni+ gushika n’uyu musi. Gusubira mu vyagezwe 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Nta Mwamoni canke Umunyamowabu ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu babo nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova, gushika igihe kitagira urugero,
3 “Nta Mwamoni canke Umunyamowabu ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu babo nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova, gushika igihe kitagira urugero,