ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 3:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Maze umwami abandanya kubwira abasuku biwe ati: “Mbega ntimuzi yuko umuganwa akaba n’umugabo akomeye ari we yaguye uyu musi muri Isirayeli+?

  • Ezira 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ivyo bikimara kurangira, abaganwa+ begera aho ndi, bavuga bati: “Abantu ba Isirayeli n’abaherezi n’Abalewi ntibitandukanije+ n’abantu bo muri ibi bihugu ku bijanye n’ibintu vyabo biteye ishishi+, abo na bo bakaba ari Abanyakanani+, Abaheti+, Abaperizi+, Abayebusi+, Abamoni+, Abanyamowabu+, Abanyamisiri+ n’Abamori+.

  • Ezira 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 uwutoje wese+ mu kiringo c’imisi itatu, nk’uko impanuro y’abaganwa+ n’iy’abagabo b’inararibonye yari, ibintu vyiwe vyose vyonyazwe+, na we ubwiwe agacibwa+ mw’ishengero ry’abajanywe ari inyagano.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika