Nehemiya 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mu nyuma ziwe Hananiya mwene Shelemiya na Hanuni umuhungu agira gatandatu wa Zalafu basanasana ikindi gice gipimwe. Mu nyuma ziwe Meshulamu+ mwene Berekiya akora igikorwa co gusanasana imbere y’icumba ciwe+. Nehemiya 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko benshi muri Yuda bari bacuditse na we biciye ku ndahiro, kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+; kandi Yehohanani umuhungu wiwe yari yarabiriye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.
30 Mu nyuma ziwe Hananiya mwene Shelemiya na Hanuni umuhungu agira gatandatu wa Zalafu basanasana ikindi gice gipimwe. Mu nyuma ziwe Meshulamu+ mwene Berekiya akora igikorwa co gusanasana imbere y’icumba ciwe+.
18 Kuko benshi muri Yuda bari bacuditse na we biciye ku ndahiro, kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+; kandi Yehohanani umuhungu wiwe yari yarabiriye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.