Kuvayo 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+. 1 Ngoma 9:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Bamwe mu bahungu b’abaherezi bari abahinguzi b’uruvange rw’amavuta manovu+ rugizwe n’amavuta y’umusomozo.
25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+.
30 Bamwe mu bahungu b’abaherezi bari abahinguzi b’uruvange rw’amavuta manovu+ rugizwe n’amavuta y’umusomozo.