Nehemiya 12:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uwundi mugwi w’abaririmvyi wo gukengurukira+ Imana wariko ugendera imbere, nanje ndi inyuma yawo, be n’ica kabiri c’abantu, ku ruhome, hejuru ku Munara w’Amafuru y’Ukwotsa+, baragenda gushika ku Ruhome Rwagutse+,
38 Uwundi mugwi w’abaririmvyi wo gukengurukira+ Imana wariko ugendera imbere, nanje ndi inyuma yawo, be n’ica kabiri c’abantu, ku ruhome, hejuru ku Munara w’Amafuru y’Ukwotsa+, baragenda gushika ku Ruhome Rwagutse+,