2 Ngoma 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+.
18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+.