Ezira 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bene Ara+ bari amajana indwi na mirongo irindwi na batanu; Nehemiya 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko benshi muri Yuda bari bacuditse na we biciye ku ndahiro, kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+; kandi Yehohanani umuhungu wiwe yari yarabiriye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.
18 Kuko benshi muri Yuda bari bacuditse na we biciye ku ndahiro, kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+; kandi Yehohanani umuhungu wiwe yari yarabiriye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.