Kuvayo 28:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi uze ushire Urimu+ na Tumimu* muri nya kambarwa ko ku gikiriza k’uguca urubanza, bize bibe hejuru ku mutima wa Aroni igihe yinjiye imbere ya Yehova; Aroni aze yambare nantaryo imanza+ za bene Isirayeli hejuru y’umutima wiwe imbere ya Yehova. 1 Samweli 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Naho Sauli yasiguza Yehova+, Yehova ntiyigera amwishura+, vyaba biciye mu ndoto+ canke kuri Urimu+ canke ku bahanuzi+.
30 Kandi uze ushire Urimu+ na Tumimu* muri nya kambarwa ko ku gikiriza k’uguca urubanza, bize bibe hejuru ku mutima wa Aroni igihe yinjiye imbere ya Yehova; Aroni aze yambare nantaryo imanza+ za bene Isirayeli hejuru y’umutima wiwe imbere ya Yehova.
6 Naho Sauli yasiguza Yehova+, Yehova ntiyigera amwishura+, vyaba biciye mu ndoto+ canke kuri Urimu+ canke ku bahanuzi+.