Abalewi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukurikira amushirako ka kambarwa ko ku gikiriza+, yongera agashiramwo Urimu na Tumimu*+. Gusubira mu vyagezwe 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,
8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,