2 “Vugana na bene Isirayeli baguhe inkoni+ imwe ku bw’inzu ya ba sekuru imwimwe yose, uyitore ku bakuru+ babo bose, hakurikijwe inzu ya ba se, zibe inkoni cumi na zibiri. Uzokwandika izina ry’umwe wese ku nkoni yiwe.
11 Yahati aba umukuru, Ziza na we uwugira kabiri. Yewushi na Beriya bobo, ntibaronse abahungu benshi; baba rero inzu imwe ya ba sekuru+ ku bw’umugwi ujejwe ibango umwe.