Kuvayo 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe Musa na bene Isirayeli batangura kuririmbira Yehova uru ruririmbo+, bati:“Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+. Zaburi 106:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amazi atangura gupfuka abarwanizi babo+;Ntihasigara n’umwe+. Abaheburayo 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.
15 Ico gihe Musa na bene Isirayeli batangura kuririmbira Yehova uru ruririmbo+, bati:“Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.
29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.