ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Ariko ku musi w’isabato+ hazotangwa imyagazi y’intama y’amasuguru ibiri itagira agahonzi, imaze umwaka, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta, kumwe n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa,

  • Abaheburayo 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Vyongeye, umuherezi wese araja mu kibanza ciwe+ ku musi ku musi+ ngo akore igikorwa gikorerwa abantu no kugira ngo ashikane kenshi vya bimazi nyene, kuko ivyo bitigera bishobora gukuraho ibicumuro rwose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika