23 Kandi imbere ya Yehova Imana yawe, ahantu azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba, ni ho utegerezwa kurira ic’icumi c’intete zawe+, umuvinyu wawe mushasha n’amavuta yawe n’ivy’uburiza vyo mu busho bwawe no mu mukuku wawe+; kugira ngo wige gutinya Yehova Imana yawe nantaryo+.