ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 39:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 agakengeri be n’ikomamanga, agakengeri be n’ikomamanga, bizunguruka umubuga wa nya mwitero utagira amaboko+, ku bwo gukora igikorwa, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

  • Guharura 8:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Aze afashe bene wabo mw’ihema ry’ihuriro mu kwitwararika ivyo bajejwe, mugabo ntihaze hagire igikorwa akora. Ukwo ni ko uzogirira Abalewi mu vyo bajejwe+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko ari we Yehova Imana yawe yatoye mu miryango yawe yose ngo ahagarare akore igikorwa mw’izina rya Yehova, we hamwe n’abahungu biwe, nantaryo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika