Yosuwa 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwo musi rero Yosuwa abagira+ abashenyi b’inkwi n’abavomyi b’amazi b’ikoraniro+ n’igicaniro ca Yehova gushika n’uyu musi, ahantu yohisemwo+. Ezira 2:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo bose bari amajana atatu na mirongo icenda na babiri+. Ezira 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze ndabaha itegeko ryo kuja kuri Ido umukuru w’ahantu hitwa Kasifiya, hanyuma nshira mu kanwa kabo amajambo+ yo kubwira Ido na bene wabo Abanetinimu+ aho hantu hitwa Kasifiya, kugira ngo batuzanire abasuku+ bo gukora ku nzu y’Imana yacu.
27 Uwo musi rero Yosuwa abagira+ abashenyi b’inkwi n’abavomyi b’amazi b’ikoraniro+ n’igicaniro ca Yehova gushika n’uyu musi, ahantu yohisemwo+.
17 Maze ndabaha itegeko ryo kuja kuri Ido umukuru w’ahantu hitwa Kasifiya, hanyuma nshira mu kanwa kabo amajambo+ yo kubwira Ido na bene wabo Abanetinimu+ aho hantu hitwa Kasifiya, kugira ngo batuzanire abasuku+ bo gukora ku nzu y’Imana yacu.