Itanguriro 38:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Amaherezo, akimara gusubiza inyuma ukuboko kwiwe, erega, ehe mwene wabo arasohoka, ku buryo nya mwakirizi atangara ati: “Ushaka kuvuga iki kuri ivyo, ko witaburiye aho uca*?” Ku bw’ivyo bamwita Perezi*+. Guharura 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene Yuda, hakurikijwe imiryango yabo, babaye aba: Kuri Shela+ umuryango w’Abashela; kuri Perezi+ umuryango w’Abaperezi; kuri Zera+ umuryango w’Abazera. Rusi 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aya rero ni yo mayaruka ya Perezi+: Perezi yavyaye Hezironi+; 1 Ngoma 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bamwe muri bene Perezi+ umukuru w’abakuru bose b’imigwi y’abakora igikorwa bari ab’ukwezi kwa mbere. Matayo 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yuda avyara Perezi+ na Zera kuri Tamari;Perezi avyara Hezironi+;Hezironi avyara Ramu+;
29 Amaherezo, akimara gusubiza inyuma ukuboko kwiwe, erega, ehe mwene wabo arasohoka, ku buryo nya mwakirizi atangara ati: “Ushaka kuvuga iki kuri ivyo, ko witaburiye aho uca*?” Ku bw’ivyo bamwita Perezi*+.
20 Bene Yuda, hakurikijwe imiryango yabo, babaye aba: Kuri Shela+ umuryango w’Abashela; kuri Perezi+ umuryango w’Abaperezi; kuri Zera+ umuryango w’Abazera.
3 Bamwe muri bene Perezi+ umukuru w’abakuru bose b’imigwi y’abakora igikorwa bari ab’ukwezi kwa mbere.