Yeremiya 38:1 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko Shefatiya mwene Matani, na Gedaliya mwene Pashuri, na Yukali+ mwene Shelemiya, na Pashuri mwene Malikiya+, bumva amajambo Yeremiya yariko abwira abantu bose+ ati:
38 Nuko Shefatiya mwene Matani, na Gedaliya mwene Pashuri, na Yukali+ mwene Shelemiya, na Pashuri mwene Malikiya+, bumva amajambo Yeremiya yariko abwira abantu bose+ ati: