Yosuwa 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nya bakuru rero bababwira bati: “Nibabeho kandi bacike abashenyi b’inkwi n’abavomyi b’amazi b’ikoraniro ryose+, nk’uko nyene abakuru babasezeraniye+.” Ezira 2:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo bose bari amajana atatu na mirongo icenda na babiri+.
21 Nya bakuru rero bababwira bati: “Nibabeho kandi bacike abashenyi b’inkwi n’abavomyi b’amazi b’ikoraniro ryose+, nk’uko nyene abakuru babasezeraniye+.”