Yosuwa 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ibisagara vyo ku mpera y’umuryango wa bene Yuda amaja ku rubibe rwa Edomu+ mu bumanuko vyari Kabuzeyeli+ na Ederi na Yaguri, 2 Samweli 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+.
21 Kandi ibisagara vyo ku mpera y’umuryango wa bene Yuda amaja ku rubibe rwa Edomu+ mu bumanuko vyari Kabuzeyeli+ na Ederi na Yaguri,
20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+.