3 Ku bw’ivyo rero Adoni-zedeki umwami wa Yeruzalemu+ atuma kuri Hohamu umwami wa Heburoni+ no kuri Piramu umwami wa Yarimuti+ no kuri Yafiya umwami wa Lakishi+ no kuri Debiri umwami wa Eguloni+, ati:
8 Inyuma y’ivyo, Rabushake+ asubira inyuma maze asanga umwami wa Ashuri ariko ararwana na Libuna+; kuko yari yumvise ko nya mwami yavuye i Lakishi akagenda+.