1 Samweli 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Samweli avuga ati: “Ivyo wakoze ni ibiki+?” Sauli na we avuga ati: “Nabonye yuko abantu bari bashwiragiye bakamvako+, be n’uko wewe ubwawe utaje mu misi yashinzwe+, kandi ko Abafilisitiya bariko bakoranira i Mikimashi+,
11 Maze Samweli avuga ati: “Ivyo wakoze ni ibiki+?” Sauli na we avuga ati: “Nabonye yuko abantu bari bashwiragiye bakamvako+, be n’uko wewe ubwawe utaje mu misi yashinzwe+, kandi ko Abafilisitiya bariko bakoranira i Mikimashi+,