9 Nuko Yeshuwa+, n’abahungu biwe na bene wabo, na Kadumiyeli n’abahungu biwe, ari bo bene Yuda, barahaguruka ari umugwi kugira babe abahagarikizi b’abakora igikorwa mu nzu y’Imana y’ukuri, na bene Henadadi+ na bo nyene, n’abahungu babo na bene wabo, ari bo Balewi.