Nehemiya 12:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uwundi mugwi w’abaririmvyi wo gukengurukira+ Imana wariko ugendera imbere, nanje ndi inyuma yawo, be n’ica kabiri c’abantu, ku ruhome, hejuru ku Munara w’Amafuru y’Ukwotsa+, baragenda gushika ku Ruhome Rwagutse+, Nehemiya 12:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Amaherezo iyo migwi ibiri y’abaririmvyi yo gukengurukira+ Imana ihagarara ku nzu+ y’Imana y’ukuri, na jewe nyene ndi kumwe n’ica kabiri c’ivyegera vy’abatware+,
38 Uwundi mugwi w’abaririmvyi wo gukengurukira+ Imana wariko ugendera imbere, nanje ndi inyuma yawo, be n’ica kabiri c’abantu, ku ruhome, hejuru ku Munara w’Amafuru y’Ukwotsa+, baragenda gushika ku Ruhome Rwagutse+,
40 Amaherezo iyo migwi ibiri y’abaririmvyi yo gukengurukira+ Imana ihagarara ku nzu+ y’Imana y’ukuri, na jewe nyene ndi kumwe n’ica kabiri c’ivyegera vy’abatware+,