Nehemiya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ikindi gice gipimwe kiba ari co Malikiya mwene Harimu+ na Hashubu mwene Pahati-mowabu+ basanasana, be n’Umunara w’Amafuru y’Ukwotsa+.
11 Ikindi gice gipimwe kiba ari co Malikiya mwene Harimu+ na Hashubu mwene Pahati-mowabu+ basanasana, be n’Umunara w’Amafuru y’Ukwotsa+.