8 Uziyeli mwene Harihaya, wo mu bacuzi b’inzahabu+, akora igikorwa co gusanasana iruhande yabo; hanyuma Hananiya wo mu bavanzi b’amavuta manovu+ akora igikorwa co gusanasana iruhande yiwe; nuko batangura gusasa i Yeruzalemu amabuye abase gushika ku Ruhome Rwagutse+.