Ezira 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Kuro umwami w’Ubuperesi avuze+: ‘Yehova Imana y’amajuru+ yarampaye+ ubwami bwose bwo mw’isi, kandi ubwiwe yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ muri Yuda. Ezira 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Barangiza iyo nzu ku musi ugira gatatu w’ukwezi* kwa Adari+, ni ukuvuga mu mwaka ugira gatandatu w’ingoma ya Dariyo umwami.
2 “Ibi ni vyo Kuro umwami w’Ubuperesi avuze+: ‘Yehova Imana y’amajuru+ yarampaye+ ubwami bwose bwo mw’isi, kandi ubwiwe yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ muri Yuda.
15 Barangiza iyo nzu ku musi ugira gatatu w’ukwezi* kwa Adari+, ni ukuvuga mu mwaka ugira gatandatu w’ingoma ya Dariyo umwami.