Nehemiya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma mbwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza+, kandi nimba umusuku wawe abonetse ko ahimbaye imbere yawe+, wondungika muri Yuda, mu gisagara c’imva za ba sogokuruza banje, kugira nsubire kucubaka+.” Nehemiya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami, mu gihe umugore wiwe w’iteka yari yicaye iruhande yiwe, ambwira ati: “Urugendo rwawe ruzomara igihe kingana iki, kandi uzogaruka ryari?” Umwami abona rero yuko ari vyiza+ kundungika, maze kumubwira igihe cashinzwe+.
5 Hanyuma mbwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza+, kandi nimba umusuku wawe abonetse ko ahimbaye imbere yawe+, wondungika muri Yuda, mu gisagara c’imva za ba sogokuruza banje, kugira nsubire kucubaka+.”
6 Nuko umwami, mu gihe umugore wiwe w’iteka yari yicaye iruhande yiwe, ambwira ati: “Urugendo rwawe ruzomara igihe kingana iki, kandi uzogaruka ryari?” Umwami abona rero yuko ari vyiza+ kundungika, maze kumubwira igihe cashinzwe+.