Itanguriro 41:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Farawo aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko kwiwe, ayishira ku kuboko kwa Yozefu, amwambika impuzu z’ilino* nziza yongera amwambika urunigi rw’inzahabu mw’izosi+. Esiteri 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze umwami akura impeta y’ikidodo yiwe+ yari yatse Hamani, ayiha Morudekayi; hanyuma Esiteri azeza Morudekayi inzu ya Hamani+. Daniyeli 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko bazana ibuye barishira ku munwa wa nya cobo, umwami na we aridomako ikidodo akoresheje impeta yiwe y’ikidodo be n’impeta y’ikidodo y’abakomakomeye biwe, kugira ngo ntihagire na kimwe gihindurwa ku bijanye na Daniyeli+.
42 Farawo aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko kwiwe, ayishira ku kuboko kwa Yozefu, amwambika impuzu z’ilino* nziza yongera amwambika urunigi rw’inzahabu mw’izosi+.
2 Maze umwami akura impeta y’ikidodo yiwe+ yari yatse Hamani, ayiha Morudekayi; hanyuma Esiteri azeza Morudekayi inzu ya Hamani+.
17 Nuko bazana ibuye barishira ku munwa wa nya cobo, umwami na we aridomako ikidodo akoresheje impeta yiwe y’ikidodo be n’impeta y’ikidodo y’abakomakomeye biwe, kugira ngo ntihagire na kimwe gihindurwa ku bijanye na Daniyeli+.