Esiteri 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya ntwarabutumwa+, ziri ku mafarasi atwara ivyete yakoreshwa mu gikorwa c’umwami, ziragenda, zihindagizwa kandi zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami; kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+.
14 Nya ntwarabutumwa+, ziri ku mafarasi atwara ivyete yakoreshwa mu gikorwa c’umwami, ziragenda, zihindagizwa kandi zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami; kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+.