2 Ngoma 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehoshafati aca aratinya+ maze yiyemeza kurondera Yehova+. Atangaza rero ko Yuda yose yisonzesha+. Ezira 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose. Matayo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amaze imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+ yisonzesha, arahava arasonza.
21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose.