Esiteri 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Izo ntwarabutumwa zirasohoka, zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami, kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+. Nayo umwami na Hamani, baricara kugira banywe+; mugabo igisagara ca Shushani+ cari mu muvurungano+.
15 Izo ntwarabutumwa zirasohoka, zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami, kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+. Nayo umwami na Hamani, baricara kugira banywe+; mugabo igisagara ca Shushani+ cari mu muvurungano+.