Zaburi 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+. Zaburi 55:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,Na we ubwiwe azogushigikira+.Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+. Zaburi 62:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu+!Imbere yayo nimusuke umutima wanyu+.Imana ni ubuhungiro bwacu+. Sela. Zaburi 115:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ewe Isirayeli, niwizigire Yehova+;Ni we mutabazi wabo n’inkinzo yabo+. Imigani 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+. Abaroma 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 abemeye guhakwa gucibwa amazosi+ yabo bwite kubera ubuzima bwanje, kandi si jewe gusa ndabakengurukira, mugabo n’amashengero yose yo mu mahanga+;
22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,Na we ubwiwe azogushigikira+.Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+.
8 Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu+!Imbere yayo nimusuke umutima wanyu+.Imana ni ubuhungiro bwacu+. Sela.
4 abemeye guhakwa gucibwa amazosi+ yabo bwite kubera ubuzima bwanje, kandi si jewe gusa ndabakengurukira, mugabo n’amashengero yose yo mu mahanga+;