Esiteri 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo umwami abwira Esiteri mu gihe c’inzimano y’umuvinyu ati: “Ugomba iki+? Uragihabwa! Ushaka gusaba iki? Niyo coba ica kabiri c’ubwami, uragihabwa!”
6 Amaherezo umwami abwira Esiteri mu gihe c’inzimano y’umuvinyu ati: “Ugomba iki+? Uragihabwa! Ushaka gusaba iki? Niyo coba ica kabiri c’ubwami, uragihabwa!”