Esiteri 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze umwami amubwira ati: “Ni amaki ga Esiteri mwamikazi, kandi ushaka gusaba iki+? Niyo coba ica kabiri c’ubwami+, uragihabwa!”
3 Maze umwami amubwira ati: “Ni amaki ga Esiteri mwamikazi, kandi ushaka gusaba iki+? Niyo coba ica kabiri c’ubwami+, uragihabwa!”