12 Maze umwami abwira Esiteri umwamikazi+ ati: “Ku kirimba Shushani+ Abayuda bishe, kandi baranduye abagabo amajana atanu na ba bahungu cumi ba Hamani. Mu ntara z’ubutware+ z’umwami zisigaye, bakoze iki+? Ugomba iki? Uragihabwa+. Ikindi usaba ni igiki+? Kirakorwa.”