ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Haguruka, Yehova we, mw’ishavu ryawe+;

      Vira hasi ugupfunduka kw’uburake bw’abanyanka+,

      Wikangure ku bwanje+, kuko watanze itegeko ku bw’urubanza+.

  • Zaburi 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amahanga yarokeye mu cobo yimvye+;

      Urusenga+ yanyegeje, ni rwo ikirenge cayo cafatiwemwo+.

  • Zaburi 35:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Agatikizo nikamuzeko atabizi+,

      Urusenga rwiwe yanyegeje rumucakire+;

      Narurwemwo, atikire+.

  • Zaburi 73:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ewe kuntu bacitse akajoreza nko mu kanya isase+!

      Ese ingene bashitse kw’iherezo ryabo, bakamarwa n’ibica ivutu bukwi na bukwi!

  • Imigani 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ubugororotsi bw’abagororotse ni bwo buzobarokora+, mugabo ibihemu bizofatwa n’ukwipfuza kwavyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika