2 Ngoma 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Nuko Salomo mwene Dawidi abandanya kugira inkomezi ku ngoma yiwe+, kandi Yehova Imana yiwe yari kumwe na we+, akaguma amugira uwuhambaye bihebuje+. Zaburi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.
1 Nuko Salomo mwene Dawidi abandanya kugira inkomezi ku ngoma yiwe+, kandi Yehova Imana yiwe yari kumwe na we+, akaguma amugira uwuhambaye bihebuje+.
3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.