-
Esiteri 2:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Esiteri umukobwa wa Abihayili sewabo wa Morudekayi, uwo yari yaratwaye akaba nk’umukobwa wiwe+, ashikiriwe kwinjira aho umwami ari, ntiyagira ikintu na kimwe+ asaba kiretse ivyo Hegayi+ inkone y’umwami, umurinzi w’abagore avuze (ico gihe cose Esiteri yaguma agira ubutoni mu maso y’umuntu wese amubonye+).
-