Esiteri 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwami aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko, ayiha Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, umwe yanka Abayuda+. Esiteri 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwami Ahasuwerusi aca abwira Esiteri umwamikazi na Morudekayi Umuyuda ati: “Ehe nahaye Esiteri+ inzu ya Hamani, kandi uno bamumanitse ku giti+, kubera ko yari yatumye ukuboko ngo agirire nabi Abayuda. Esiteri 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko Hamani+ mwene Hamedata+, Umwagagi+, umwe yanka+ Abayuda bose, yari yateguriye Abayuda umugambi wo kubarandura+, akaba yari yategetse ko baterera Puri+ ari bwo Bupfindo+, kugira abadurumbanye yongere abarandure.
10 Umwami aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko, ayiha Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, umwe yanka Abayuda+.
7 Umwami Ahasuwerusi aca abwira Esiteri umwamikazi na Morudekayi Umuyuda ati: “Ehe nahaye Esiteri+ inzu ya Hamani, kandi uno bamumanitse ku giti+, kubera ko yari yatumye ukuboko ngo agirire nabi Abayuda.
24 Kuko Hamani+ mwene Hamedata+, Umwagagi+, umwe yanka+ Abayuda bose, yari yateguriye Abayuda umugambi wo kubarandura+, akaba yari yategetse ko baterera Puri+ ari bwo Bupfindo+, kugira abadurumbanye yongere abarandure.