ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Amazi aguma aseseka avuye mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,

      Kandi imbuto yiwe iri iruhande y’amazi menshi+.

      Eka umwami+ wiwe azoba hejuru kuruta Agagi+,

      Kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+.

  • 1 Samweli 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Afata Agagi+ umwami wa Amaleki ari muzima, abandi bantu bose na bo abatikirisha ubugi bw’inkota+.

  • 1 Samweli 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Inyuma y’ivyo Samweli avuga ati: “Nimunyegereze Agagi umwami wa Amaleki.” Maze Agagi aja iyo ari agonanwa, hanyuma Agagi atangura kwibwira ati: “Mu vy’ukuri umururazi w’urupfu wagiye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika