Yobu 37:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Munsi y’amajuru yose irakurekura,Umuravyo+ wayo ugashika ku mpera z’isi. Matayo 24:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko nk’uko umuravyo+ urabiriza mu buseruko ugakayangana gushika mu burengero, ni ko n’ukuhaba* kw’Umwana w’umuntu kuzomera+.
27 Kuko nk’uko umuravyo+ urabiriza mu buseruko ugakayangana gushika mu burengero, ni ko n’ukuhaba* kw’Umwana w’umuntu kuzomera+.