ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 9:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri.

  • Yosuwa 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mu gihe bariko barahunga imbere ya Isirayeli, bakiri ku mumanuko wa Beti-horoni, Yehova abatibagurirako ibibuye bininibinini+ bivuye mw’ijuru gushika i Azeka, ku buryo bapfa. Abishwe n’ayo mabuye y’urubura baba benshi kuruta abo bene Isirayeli bicishije inkota.

  • Yobu 37:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Haba ku bw’inkoni+ canke ku bw’igihugu cayo+

      Canke ku bw’ubuntu bwuzuye urukundo+, ituma bigira ico bivamwo.

  • Yobu 38:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ivyo nabitse ku bw’igihe c’amarushwa,

      Ku bw’umusi w’indwano n’intambara+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika