ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 37:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Egome, igicu ikiremereza akabombera,

      Umuco+ wayo urasanzaza ikigwi c’igicu,

  • Zaburi 97:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Imiravyo yiwe yabonesheje ubutaka bwimbuka+;

      Isi yarabibonye, igira ububabare bukaze+.

  • Luka 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko, nk’uko nyene umuravyo+ iyo urabije ukayanganira mu gice kimwe munsi y’ijuru ugashika mu kindi gice munsi y’ijuru, ni ko n’Umwana w’umuntu+ azoba.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika