ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.

  • 1 Abami 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo rivuga riti: “Sohoka, uhagarare ku musozi imbere ya Yehova+.” Maze ehe, Yehova yariko ararengana+; umuyaga uhambaye kandi ukomeye wariko usatagura imisozi wongera umenagura ibitare imbere ya Yehova+. (Yehova ntiyari muri uwo muyaga.) Inyuma y’uwo muyaga haba ukunyiganyiga kw’isi+. (Yehova ntiyari muri ukwo kunyiganyiga kw’isi.)

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika